Elon Musk agiye kugura Twitter kuri miliyari $44
26 / 04 / 2022 - 08:22Inama y’ubutegetsi ya Twitter yemeye ko Elon Musk ayigura kuri miliyari $44.
Musk, umunyafrika y’epfo ufite ubwenegihugu bwa Amerika na Canada yatanze iki giciro cy’umurengera mu byumweru bibiri bishize, yavuze ko Twitter ifite "amahirwe akomeye"...